(Go: >> BACK << -|- >> HOME <<)

Jump to content

UMUTIMA

Kuva Wikipedia
Isubiramwo ryo kuwa 09:58, 15 Ndamukiza 2022 rya Ferdinand IF99 (ganira | intererano) (kwandika icandiko gishasha)
(Ubudasa) ← Isubirwamwo riheruka | Isubirwamwo ryanyuma (Ubudasa) | Isubirwamwo rikurikira → (Ubudasa)

'''UMUTIMA''' n'igihimba kimwe mu bihimba vy'umubiri gifadikanije n'ibindi bihimba vy'umubiri bituma ''UMUNTU'' abaho ndetse akabandanya abaho, mugihe icogihimba kibandanije gikora.

Iyo umutima umuntu atawitwararitse bigashika ukareka gukora, ivyo mukirundi bakunze kwita '''ihagarara ry'umutima''' umuntu aba ahejeje gushengera ibukama, ivyo benshi bakunda kwita '''Kuryamira ukuboko kw'abagabo''' , '''Gupfa''' canke '''Kwitaba Imana. Bisigura ko kwitwararika icogihimba ari ibintu ngirakamaro cane kuko bitagenze uko bishobora gutera ikibazo gushika yaho umuntu ahasiga ubuzima.

'''Umutima''' nicogihimba gifasha kugira haboneke amaraso akwiragizwa mubihimba vyose vyumubiri.

umutima uhereye ibubamfu bw'umuntu hepfo yigikiriza,