Urupapuro nyamukuru: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Kuva Wikipedia
Content deleted Content added
Amaparati: Reverted Mobile edit Mobile web edit
Restored revision 23131 by Amire80 (talk) (TwinkleGlobal)
Iparati: Subiramwo
 
(Isubirwamwo 5 muri rusangi n' abakoresha 2 ntiryerekanwe)
Umurongo 64: Umurongo 64:
[[Category:Indimi]]
[[Category:Indimi]]
-->
-->

== Évariste Ndayishimiye ==

Umukuru w'igihugu c'Uburundi [[Uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|Mukunzi Nsabimana Ken Blein]] ([[Ikiyago c'uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|ikiyago]]) 18:38, 24 Ruhuhuma 2023 (UTC)

== SOSUMO ==

Ihinguriro [[Uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|Mukunzi Nsabimana Ken Blein]] ([[Ikiyago c'uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|ikiyago]]) 18:49, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)

:SOSUMO, ni ihinguriro rihingura isukari rikongera rikanayidandaza.
:Ryashinzwe itariki ya 13/07/1982, uyu mwaka rikazoba rikwije imyaka 41 rivutse. Rihereye mu buseruko bw'igihugu neza na neza mu ntara ya RUTANA muri komine Gihofi,mu ntara kama ya KUMOSO.
:Rigishingwa ryatanguranye ama hegitari 5800,munyuma yararonse ayandi 1000 muzindi ntara bafadikanije nabanyagihugu.
:Amwe mumahangiro yihaye:
: -Gutezimbere ubutunzi mu buseruko bw'igihugu
: -Kuziganya amafaranga y'agaciro batarinze kugurisha isukari hanze y'igihugu
:Ihinguriro SOSUMO rikaba riterera cane mu kigega no mw'iterambere ry'igihugu. [[Uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|Mukunzi Nsabimana Ken Blein]] ([[Ikiyago c'uwukoresha:Mukunzi Nsabimana Ken Blein|ikiyago]]) 19:09, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)

== Isoko rikuru ryo mu gisagara ca Bujumbura ==

Mu gihugu c'Uburundi igisagara ça Bujumbura kw'isoko rikuru riheruka gusha.
Isoko rikuru rya Bujumbura riri hagati mu gisagara ca Bujumbura aho benshi mubahazi canke mubahatembera bahazi nka (Centre ville) ni ahantu hahurira abantu benshi cane mu micungararo itandukanye y'igihugu cane. Hari ibituro vyamamodoka yunguruza abantu mu zindi ntara zo mu Burundi.
Isoko rikuru rya Bujumbura ryahiye igenekerezo rya 27/01/2013 ahahiriye ibintu vyinshi bituma nabantu benshi bahahombera ivyabo. Imbere yaho iryo soko risha ryari isoko rinini riteye igomwe kandi ryahurumbirwa nabantu benshi bavuye mu mihingo itandukanye y'igihugu cacu c'Uburundi.
Abanyamahanga nab'Abarundi bose baraboneka mu micungararo y'iryo soko kandi ni kubera hegeranye nahantu hari ama hoteri, uburiro kandi iruhande yaho bakorera amaterefone aho bikunze kwita kuri Bata.
Iryo soko ryegeranye nama komine ya Bujumbura nka Rohero, Asiatique kandi ikaba iri muri zone ya Rohero.

== IKIRERE N'IBIDUKIKIJE ==

IKIRERE Turi mu bihe vyihindagurika vy'ibihe, hari igihe imvura igwa canke izuba ikaka.Izuba rirasa ari ryinshi kandi turi mu bihe vy'imvura, kenshi na kenshi izuba rirasa mugatondo hama kumugoroba imvura rikagwa.Mu burundi, dufatiye mu gisagara ca Bujumbura-Maire, izuba irashobora kuba iriko iraka utuvura tukagwa.Mu mwaka uheze mu mpera z'umwaka aho twari twiteze imvura igwa siyo yaguye.Kuriyo mvo ivyokurya vyaciye bitankura kubura no kuzimba.Mu burundi, dufatiye mu gisagara co hagati ca Bujumbura-Mairie mu Gatumba bahangamiwe n'impanuka y'imvura zikomoka kumindagurika y'ikirere,bica bituma yuko amazu atwagwa.Ikindi naco, imvura n'izuba birafise akamaro kanini mu buzima bw'abantu ahanini mub'iterwa

IBIDUKIKIJE
Mu Burundi dukikije n'amazi, ibiti, imisozi n'ibikoko.Amakamaro k'ibidukikije, dufatiye mu biti bidufasha gukwega impwemu mbi, bigasohora impwemu nziza, bigatuma tubaho neza kandi bidufasha kukinkira imvura nyinshi ntitware amazu.

Isubirwamwo ryanyuma ryo kuwa 23:00, 8 Rusama 2024

Ikarata y'Uburundi

Murahawe ikaze kuri Wikipediya mu rurimi rw'Ikirundi!

Nimwisanzure mu gusoma no gutanga ivyiyumviro unakosore ivyanditswe

Gushika ubu dufise inyandiko 650 mu rurimi rw'Ikirundi.

Izindi ndimi zo muri Afirika zitandikwa cane kumbuga ngurukanabumenyi

Afrikaans · Akan · አማርኛ · Bamanankan · Chi-Chewa · chiShona · chiTumbuka · Ɛʋɛ · Fulfude · Gĩkũyũ · هَوُسَ · Ìgbo · isiXhosa · isiZulu · Kinyarwanda · Kiswahili · Kongo · Lingala · Luganda · Malagasy · Oromoo · Sängö · seSotho · Sesotho sa Leboa · Setswana · SiSwati · Soomaaliga · ትግርኛ · Tshivenda · Twi · Wolof · Xitsonga · Yorùbá